Kirundi  Kinyarwanda
Amakuru y'Imvaho

Inyandiko Gusa
Rungika

Imigambi y'Umuhari MSD mu Burundi


03/06/2008
Imigambi y'Umuhari MSD mu Burundi - Umva (MP3) audio clip
Imigambi y'Umuhari MSD mu Burundi - Umva (MP3) audio clip

Mu kiganiro umuyobozi w・umuhari uharanira umutekano na demokrasi mu Burundi, mu ncamake MSD,  Alexis Sinduhije yahaye Ijwi rya Amerika, yatanguye avuga ku catumye bashiraho uwo muhari n・imigambi bafise.

Amenyesha ko ica mbere ari uko babona ko ata mugambwe n・umwe canke ubutegetsi na bumwe uko bwagiye burakwirikirana mu Burundi vyitaho guteza imbere abanyagihugu. Amenyesha ko gushika ubu, igihugu c・Uburundi gifise abantu barenga ibice 90 kw・ijana baba mu gihugu hagati aho basinzikajwe bikomeye n・ubukene naho aribo bimbura.

Umukuru w・umuhari, MSD, Alexis Sinduhije arabaza ati: : Hari Reta nimwe yigeze yiyumvira gushira amafranga hagati mu gihugu hava umwimbu, hari Reta nimwe canke umugambwe numwe mu Burundi ufise imigambi itomoye yo gushira amafranga ahava umwimbu? Amenyesha ko ivyo vyose batabibona. Ngo hari Reta nimwe yakwirikiraniye hafi ukugene yokomeza umutekano haba ku vyerekeye ibifungugwa, umutekano mu butegetsi, mu budandaji hagati mu gihugu? Avuga ko ivyo vyose ari ingorane babona zatumye ahanini bashinga umuhari MSD.

emailme.gif Rungikira incuti iyi nyandiko
printerfriendly.gif Capa

  Inkuru Nyamukuru
Amakawa Yegukanye "Cup of Excellence"

  Andi Makuru
Abatangabuhamya mu Rukiko  rw・Abasirikare Bakuru ba RDF
Abaturage Miliyoni 5 Bazihitiramo Abadepite
Amashuri y'Abadepite mu Rwanda
Imyaka Itatu y'Ubutegetsi bwa CNDD-FDD
Ibiciro vy'Ibitoro mu Burundi
Perezida Paul Kagame mu Burundi  Audio Clip Available
Urubanza rw'Abasirikare Bakuru  Bane ba RDF  Audio Clip Available
Icyumweru cy'Umwana n'Umubyeyi mu Rwanda
Perezida Nkurunziza Yarabonanye na Rwasa Agathon  Audio Clip Available
Ingaruka y・Ibiciro Bikabije ku Ifaranga ry'u Rwanda
Raporo ya Komisiyo ya Mucyo